Icegeranyo casohowe kuri uyu wa kabiri n’ umugwi w’ igihugu ukurikirana inyigisho za Kaminuza CNES
Ishure kaminuza nderabigisha ENS niryo riza imbere mu makaminuza ya leta atanga indero y’ akanovera, kaminuza y’ i Ngozi nayo igatangurira kaminuza z’ abigenga.

Ivyo biri mu cegeranyo casohowe kuri uyu wa kabiri n’ umugwi w’ igihugu ukurikirana inyigisho za Kaminuza CNES. Umushikiranganji w’ indero n’ ubushakashatsi Francois Havyarimana agahamagarira aabarongoye ama kaminuza gukora bisunga amategeko bakomeza n’ akanovera k’ inyigisho kuko indero ngo ariyo nkingi y’ iterambere.
Source: Radio Nderagakura